
Kubera iki dusenga?
Muriki cigwa cambere dutangura kurabira hamwe ingene dusenga – Intambara duhura nazo kenshi mumasengesho zizanana kukutamenya ubwiza n’uburyo bwo gusenga, N’igituma bitangaje cane.
N’akahe kamaro k’amasengesho?
Muri iki cigwa ca kabiri turabira hamwe ingene dutahura amasengesho N’akamaro k’amasengesho.
BIRIKO BORAZA VUBA
Kubera iki Imana itishura?
Kuri benshi muri twebwe, Kimwe muntambara zihambaye mumasengesho nigihe Imana isa niyitshuye amasengesho yacu – Ntituzi impamvu. Iki cigwa kidufasha kumenya iyo mvo.
BIRIKO BORAZA VUBA
Nosenga Gute?
Muri cigwa guhereza turabira hamwe ingene gusenga bikorwa, Tubaza gute? Ryari? Bimaze iki? Twongere tuvugane kubintu nyamukuru.
BIRIKO BORAZA VUBA:
Inyigisho zo mumugwi ziturongora
Imagene Versions on Vimeo
For those who speak English, there are more extra resources on the English language version of this page, here.